Yobu 35:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi Yobu atabururira akanwa kiwe ubusa gusa;Agwiza amajambo masa ata bumenyi+.” Yobu 38:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Uyo ni nde apfukiranya impanuroMu majambo ata bumenyi+? Yobu 42:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ‘Uyo ni nde apfukiranya impanuro ata bumenyi+?’Erega naravuze, ariko ntategeraIbintu vy’agatangaza bindengeye ntazi+.
3 ‘Uyo ni nde apfukiranya impanuro ata bumenyi+?’Erega naravuze, ariko ntategeraIbintu vy’agatangaza bindengeye ntazi+.