Imigani 8:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Mugabo uwumbuze aba yigiriye nabi+; abanyanka urunuka bose ni abakunda urupfu koko+.” Imigani 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nimba wacitse inkerebutsi, wacitse inkerebutsi ku neza yawe+; nimba na ho warashinyaguye, bizoja ku gatwe kawe, wewe wenyene+. Yeremiya 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 ‘Ugira ngo ni jewe bababaza?’, ni ko Yehova avuze+. ‘Mbega si bo bibabaza, kugira bagire ibimaramare mu maso+?’
12 Nimba wacitse inkerebutsi, wacitse inkerebutsi ku neza yawe+; nimba na ho warashinyaguye, bizoja ku gatwe kawe, wewe wenyene+.
19 ‘Ugira ngo ni jewe bababaza?’, ni ko Yehova avuze+. ‘Mbega si bo bibabaza, kugira bagire ibimaramare mu maso+?’