Imigani 16:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Icipfuzo c’umukozi akora agatama caramukoreye kiratama+, kubera ko akanwa kiwe kamuhase cane+.