Imigani 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Inda y’umuntu izohaga ivyamwa vy’akanwa kiwe+; azohaga mbere umwimbu w’iminwa yiwe+. Umusiguzi 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Igikorwa cose c’ubutame abantu bakora, bagikorera umunwa wabo+, mugabo ntibashira ipfa.