Imigani 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Umuntu arahaga ivyiza bivuye ku vyamwa vy’akanwa kiwe+, kandi ico amaboko y’umuntu akora kizomugarukako+. Imigani 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Uwerekana ko ari n’ugutahura kwimbitse mu kintu, azoronka ivyiza+, kandi hahiriwe uwizigira Yehova+. Imigani 16:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Icipfuzo c’umukozi akora agatama caramukoreye kiratama+, kubera ko akanwa kiwe kamuhase cane+.
14 Umuntu arahaga ivyiza bivuye ku vyamwa vy’akanwa kiwe+, kandi ico amaboko y’umuntu akora kizomugarukako+.
20 Uwerekana ko ari n’ugutahura kwimbitse mu kintu, azoronka ivyiza+, kandi hahiriwe uwizigira Yehova+.