Yesaya 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Aragowe umubisha!—Ivyago bari kumwe; kuko ivyo amaboko yiwe yagiriye abandi ari vyo azogirirwa+! Matayo 16:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko Umwana w’umuntu abwirizwa kuzoza mu buninahazwa bwa Se ari kumwe n’abamarayika biwe; maze azohemba umwe wese ibihuye n’inyifato yiwe+.
27 Kuko Umwana w’umuntu abwirizwa kuzoza mu buninahazwa bwa Se ari kumwe n’abamarayika biwe; maze azohemba umwe wese ibihuye n’inyifato yiwe+.