Yobu 34:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bapfa nk’aka kanya+, mbere hagati mw’ijoro+;Abantu barazungazunga bagahita,Abanyabubasha bakanyika ata kuboko kubikoze+. Zaburi 33:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nta mwami akizwa n’ubwinshi bw’inteko za gisirikare+;Umunyenkomezi ubwiwe ntarokorwa n’ubwinshi bw’ububasha+. Imigani 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ibintu vy’agaciro nta co bizomara ku musi w’uburake+, mugabo ubugororotsi buzorokora umuntu mu rupfu+.
20 Bapfa nk’aka kanya+, mbere hagati mw’ijoro+;Abantu barazungazunga bagahita,Abanyabubasha bakanyika ata kuboko kubikoze+.
16 Nta mwami akizwa n’ubwinshi bw’inteko za gisirikare+;Umunyenkomezi ubwiwe ntarokorwa n’ubwinshi bw’ububasha+.
4 Ibintu vy’agaciro nta co bizomara ku musi w’uburake+, mugabo ubugororotsi buzorokora umuntu mu rupfu+.