1 Ngoma 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nimwiratire izina+ ryiwe ryeranda+,Umutima w’abarondera Yehova nunezerwe+. Zaburi 28:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova ni we nkomezi zanje+ n’inkinzo yanje+.Ni we umutima wanje wizigiye+,Kandi naratabawe, ku buryo umutima wanje wigina+,Kandi nzomuhayisha ururirimbo rwanje+. Imigani 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Izina rya Yehova ni umunara ukomeye+. Umugororotsi awirukiramwo agakingirwa+.
7 Yehova ni we nkomezi zanje+ n’inkinzo yanje+.Ni we umutima wanje wizigiye+,Kandi naratabawe, ku buryo umutima wanje wigina+,Kandi nzomuhayisha ururirimbo rwanje+.