ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 12:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mugabo nimutagamburuka ijwi rya Yehova+, mukagarariza koko itegeko rya Yehova+, ukuboko kwa Yehova kuzobarwanya ata gukeka, mwebwe na ba so+.

  • 1 Samweli 15:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 kuko ubugarariji+ ari cokimwe n’igicumuro c’ukuragura+, kandi ukwitanganiza wita imbere kukaba cokimwe no gukoresha ububasha bw’ivy’amageza na terafimu*+. Ko wanse ijambo rya Yehova+, na we arakwanse ngo ntubandanye kuba umwami+.”

  • Yesaya 1:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mugabo nimwanka+ kandi mukaba koko abagarariji, muzoribwa n’inkota ibaherengeteze; kuko akanwa ka Yehova ari ko kabivuze+.”

  • Yesaya 63:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mugabo bo baragararije+, bababaza impwemu nyeranda yiwe+. Yaciye ahinduka umwansi+ wabo, we ubwiwe arabarwanya+.

  • Ezekiyeli 20:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “‘“Ariko nya bana baciye batangura kungarariza+. Ntibagendeye mu vyagezwe vyanje, kandi ntibagumije ingingo zanje z’ubutungane mu kuzikurikiza, zino umuntu agumye azigendera akaba azoguma kandi abeshwaho na zo+. Barahumanije amasabato yanje+. Nuko nsezerana kubasukako ubushangashirwe bwanje, kugira ngo ndabarangirizeko ishavu ryanje mu gahinga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika