ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 45:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Muri Yehova uruvyaro+ rwa Isirayeli rwose ruzoboneka ko ruri mu kuri+, kandi rwirate+.’”

  • Yeremiya 9:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “Mugabo uwiyemera yiyemere kubera iki kintu: ko afise ugutahura kwimbitse+, ko anzi, yuko jewe ndi Yehova+, Umwe agira ubuntu bwuzuye urukundo, ubutungane n’ubugororotsi mw’isi+; kuko ivyo ari vyo koko bimpimbara+,” ni ko Yehova avuze.

  • 1 Abakorinto 1:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 kugira ngo bibe nk’uko vyanditswe ngo: “Uwirata, niyirate muri Yehova+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika