Zaburi 35:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nibihe akamo k’umunezero, banezerwe, barya bahimbarwa n’ubugororotsi bwanje+,Bame bavuga+ bati:“Yehova nashimagizwe, we ahimbarwa n’amahoro y’umusavyi wiwe+.” Zaburi 69:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nzoshemeza izina ry’Imana n’ururirimbo+,Kandi nzoyininaharisha ugukenguruka+. Luka 1:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Mariya avuga ati: “Umutima wanje urashimagiza Yehova+,
27 Nibihe akamo k’umunezero, banezerwe, barya bahimbarwa n’ubugororotsi bwanje+,Bame bavuga+ bati:“Yehova nashimagizwe, we ahimbarwa n’amahoro y’umusavyi wiwe+.”