3 Nagenzuye ibintu nkoresheje umutima wanje mu kunezeresha umubiri wanje umuvinyu+, ariko nyobora umutima wanje nkoresheje ubukerebutsi+, kugira ngo ncakire ubupfu gushika mbonye iciza cari kihari ku bana b’abantu mu vyo bakoze munsi y’amajuru mu misi yose y’ubuzima bwabo+.