Zaburi 30:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ewe Yehova Mana yanje, naragutabaje, nawe urankiza+. Zaburi 91:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Azonyambaza, nanje ndamwishure+.Nzobana na we mu marushwa+.Nzomutabara, ndamuninahaze+. Zaburi 145:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yehova ari hafi y’abamwambaza bose+,Hafi y’abamwambaza mu kuri bose+.