Itanguriro 20:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Aburahamu atangura gutakambira Imana y’ukuri+; maze Imana ikiza Abimeleki n’umugore wiwe n’abashumbakazi biwe, baraheza batangura kuvyara abana. Kuvayo 15:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ibandanya kuvuga iti: “Niwumviriza vy’ukuri ijwi rya Yehova Imana yawe, ugakora ibigororotse mu maso yiwe, kandi koko ugatega ugutwi amabwirizwa yiwe vyongeye ukagumya ingingo nyobozi ziwe zose+, nta n’imwe muri za ndwara nateza Abanyamisiri nzoguteza+; kuko ndi Yehova uwugukiza+.” 2 Abami 20:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Subira inyuma, ubwire Hezekiya indongozi+ y’abantu banje uti: ‘Ibi ni vyo Yehova Imana+ ya Dawidi sogokuruza wawe avuze: “Numvise+ isengesho ryawe+. Nabonye amosozi yawe+. Ehe ngira ngukize+. Ku musi ugira gatatu uzoduga ku nzu ya Yehova+. Zaburi 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ngirira ubutoni, Yehova we, kuko ndiko ndayama+.Nkiza+, Yehova we, kuko amagufa yanje adurumbanye. Zaburi 103:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 We ababarira ikosa ryawe ryose+,Agakiza indwara zawe zose+,
17 Nuko Aburahamu atangura gutakambira Imana y’ukuri+; maze Imana ikiza Abimeleki n’umugore wiwe n’abashumbakazi biwe, baraheza batangura kuvyara abana.
26 Ibandanya kuvuga iti: “Niwumviriza vy’ukuri ijwi rya Yehova Imana yawe, ugakora ibigororotse mu maso yiwe, kandi koko ugatega ugutwi amabwirizwa yiwe vyongeye ukagumya ingingo nyobozi ziwe zose+, nta n’imwe muri za ndwara nateza Abanyamisiri nzoguteza+; kuko ndi Yehova uwugukiza+.”
5 “Subira inyuma, ubwire Hezekiya indongozi+ y’abantu banje uti: ‘Ibi ni vyo Yehova Imana+ ya Dawidi sogokuruza wawe avuze: “Numvise+ isengesho ryawe+. Nabonye amosozi yawe+. Ehe ngira ngukize+. Ku musi ugira gatatu uzoduga ku nzu ya Yehova+.