Itanguriro 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Inyuma y’ivyo bintu, ijambo rya Yehova riza kuri Aburamu mw’iyerekwa+, rivuga riti: “Ntutinye+ Aburamu. Ndi inkinzo kuri wewe+. Impembo yawe izoba nini cane+.” Zaburi 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ariko wewe ga Yehova, uri inkinzo inkikuje+,Ubuninahazwa bwanje+, n’Uwunduza umutwe+. Zaburi 84:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko Yehova Imana ari izuba+ n’inkinzo+;Ubutoni n’ubuninahazwa ni vyo atanga+.Yehova nta ciza na kimwe azokwima abagendera mu kutagira amahinyu+.
15 Inyuma y’ivyo bintu, ijambo rya Yehova riza kuri Aburamu mw’iyerekwa+, rivuga riti: “Ntutinye+ Aburamu. Ndi inkinzo kuri wewe+. Impembo yawe izoba nini cane+.”
11 Kuko Yehova Imana ari izuba+ n’inkinzo+;Ubutoni n’ubuninahazwa ni vyo atanga+.Yehova nta ciza na kimwe azokwima abagendera mu kutagira amahinyu+.