Zaburi 22:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nzomenyesha izina ryawe+ bene wacu+;Hagati mw’ishengero nzogushemeza+. Zaburi 40:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Naravuze inkuru nziza y’ubugororotsi mw’ishengero rinini+.Ehe iminwa yanje sindayitangira+.Ewe Yehova, wewe ubwawe ivyo urabizi neza+. Zaburi 111:1 Bibiliya y’isi nshasha 111 Shemeze Ya+!א [ʼAlefu]Nzohaya Yehova n’umutima wanje wose+ב [Beti]Mu mugwi w’abagenzi somambike+ bagororotse no mw’ikoraniro+. Abaheburayo 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 igihe avuga ngo: “Nzomenyesha izina ryawe bene wacu; hagati mw’ishengero nzogushemeza n’ururirimbo+.”
9 Naravuze inkuru nziza y’ubugororotsi mw’ishengero rinini+.Ehe iminwa yanje sindayitangira+.Ewe Yehova, wewe ubwawe ivyo urabizi neza+.
111 Shemeze Ya+!א [ʼAlefu]Nzohaya Yehova n’umutima wanje wose+ב [Beti]Mu mugwi w’abagenzi somambike+ bagororotse no mw’ikoraniro+.
12 igihe avuga ngo: “Nzomenyesha izina ryawe bene wacu; hagati mw’ishengero nzogushemeza n’ururirimbo+.”