Zaburi 145:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova ni mwiza kuri bose+,Kandi imbabazi ziwe ziri ku bikorwa vyiwe vyose+. Zaburi 147:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Aha ibikoko indya zavyo+,Akaziha ibikona bikiri bito biguma bihamagara+. 1 Timoteyo 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko ico ari co dukorera cane kandi tukihatira+, kubera ko twashingiye icizigiro+ cacu ku Mana nzima, yo Mukiza+ w’abantu b’uburyo bwose+, canecane w’abizigirwa+.
10 Kuko ico ari co dukorera cane kandi tukihatira+, kubera ko twashingiye icizigiro+ cacu ku Mana nzima, yo Mukiza+ w’abantu b’uburyo bwose+, canecane w’abizigirwa+.