Zaburi 58:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umugororotsi azonezerwa kuko abonye uguhōra+.Intambuko ziwe azozuhagira mu maraso y’umubisha+. 2 Abatesalonika 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 mu muriro uyingana, niyihora+ abatazi Imana+ be n’abatagamburukira+ inkuru nziza yerekeye Umukama wacu Yezu+.
8 mu muriro uyingana, niyihora+ abatazi Imana+ be n’abatagamburukira+ inkuru nziza yerekeye Umukama wacu Yezu+.