Zaburi 25:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Azokwibera mu vyiza+,Kandi uruvyaro rwiwe ruzokwigarurira isi+. Zaburi 37:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Abagororotsi bazokwigabira isi+,Kandi bazoyibako ibihe bidahera+. Yesaya 57:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Niwatabaza, ibintu vyawe umuganda ntibizokurokora+, mugabo umuyaga uzobikukumura mbere vyose+. Impemu zisohotse zizobikuraho, mugabo uwuhungira muri jewe+ azotorana igihugu, yigarurire umusozi wanje mweranda+. Yesaya 58:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 ni ho uzososerwa na Yehova+, nanje nzotuma ugendera ku bibanza bikirurutse vy’isi+; kandi nzotuma urya ku ntoranwa ya Yakobo sogokuruza wawe+, kuko akanwa ka Yehova ari ko kabivuze+.” Matayo 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Hahiriwe abitonda+, kuko bazotorana isi+.
13 Niwatabaza, ibintu vyawe umuganda ntibizokurokora+, mugabo umuyaga uzobikukumura mbere vyose+. Impemu zisohotse zizobikuraho, mugabo uwuhungira muri jewe+ azotorana igihugu, yigarurire umusozi wanje mweranda+.
14 ni ho uzososerwa na Yehova+, nanje nzotuma ugendera ku bibanza bikirurutse vy’isi+; kandi nzotuma urya ku ntoranwa ya Yakobo sogokuruza wawe+, kuko akanwa ka Yehova ari ko kabivuze+.”