Gusubira mu vyagezwe 15:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko ukwiye kumupfumbatururira ikiganza cawe+ ugatanga utitangiriye itama, kandi ntubure kumuha ingurane ku ngwati nk’uko ivyo akeneye bingana, birya abuze. Zaburi 112:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umuntu w’umunyempuhwe+ kandi aguranana ni mwiza+. י [Yodi]Ivyiwe abishigikiza ubutungane+.
8 Kuko ukwiye kumupfumbatururira ikiganza cawe+ ugatanga utitangiriye itama, kandi ntubure kumuha ingurane ku ngwati nk’uko ivyo akeneye bingana, birya abuze.