Yobu 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko imyampi ya Mushoboravyose iri kumwe nanje+,Ubwayi bwayo akaba ari bwo umutima wanje uriko uranywa+;Ivy’agacavutu bivuye ku Mana vyitondetse ngo bindwanye+. Gucura intimba 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yashinze ikirenge ku muheto wiwe+, aranshinga ngo mbe ico umwampi wiwe ugema+.
4 Kuko imyampi ya Mushoboravyose iri kumwe nanje+,Ubwayi bwayo akaba ari bwo umutima wanje uriko uranywa+;Ivy’agacavutu bivuye ku Mana vyitondetse ngo bindwanye+.