Zaburi 77:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ku musi w’amarushwa yanje narondeye Yehova ubwiwe+.Mw’ijoro ukuboko kwanje kwararamvuwe kandi ntigutimba;Umutima wanje wanse guhozwa+.
2 Ku musi w’amarushwa yanje narondeye Yehova ubwiwe+.Mw’ijoro ukuboko kwanje kwararamvuwe kandi ntigutimba;Umutima wanje wanse guhozwa+.