Zaburi 38:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nayo jewe, nka kurya kw’igipfamatwi, sinavyumviriza+;Kandi nka kurya kw’ikiragi, sinakurako umunwa+. Matayo 27:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo, igihe ariko aragirizwa+ n’abakuru b’abaherezi be n’abagabo b’inararibonye, ntihagira ico yishura+.
13 Nayo jewe, nka kurya kw’igipfamatwi, sinavyumviriza+;Kandi nka kurya kw’ikiragi, sinakurako umunwa+.
12 Mugabo, igihe ariko aragirizwa+ n’abakuru b’abaherezi be n’abagabo b’inararibonye, ntihagira ico yishura+.