Imigani 11:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uwutagira umutima yasuzuguye mugenziwe+, mugabo umuntu w’ugutahura kwagutse aguma yicerereje+. Yesaya 53:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yarasugerezwa+, akemera agatezwa amarushwa+; yamara ntiyakurako umunwa. Yazanwa nk’intama igiye gukererwa+; kandi kurya kw’intama y’ingore yacitse ikiragi imbere y’abayikemura, na we nyene ntiyakurako umunwa+. Matayo 26:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Mugabo Yezu aguma acereje+. Nuko umuherezi mukuru amubwira ati: “Ndakurahije Imana nzima+ utubwire ko woba uri Kristu+ Umwana w’Imana!” Yohani 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 yongera kwinjira mu kirimba ca buramatari abwira Yezu ati: “Uva hehe?” Mugabo Yezu ntiyamwishura+.
7 Yarasugerezwa+, akemera agatezwa amarushwa+; yamara ntiyakurako umunwa. Yazanwa nk’intama igiye gukererwa+; kandi kurya kw’intama y’ingore yacitse ikiragi imbere y’abayikemura, na we nyene ntiyakurako umunwa+.
63 Mugabo Yezu aguma acereje+. Nuko umuherezi mukuru amubwira ati: “Ndakurahije Imana nzima+ utubwire ko woba uri Kristu+ Umwana w’Imana!”