Yesaya 53:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yarasugerezwa+, akemera agatezwa amarushwa+; yamara ntiyakurako umunwa. Yazanwa nk’intama igiye gukererwa+; kandi kurya kw’intama y’ingore yacitse ikiragi imbere y’abayikemura, na we nyene ntiyakurako umunwa+. Matayo 27:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo, igihe ariko aragirizwa+ n’abakuru b’abaherezi be n’abagabo b’inararibonye, ntihagira ico yishura+. Matayo 27:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yamara ntihagira ico amwishura, habe n’ijambo rimwe, bituma buramatari atangara cane+. Ivyakozwe 8:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Buno igisomwa c’Icanditswe yariko arasoma n’ijwi ryumvikana cari iki: “Nka kurya kw’intama, ni ko yazanywe mw’ibagiro, kandi nka kurya kw’umwagazi w’intama utavuga imbere y’umukemuzi wawo, ni ko adakurako umunwa+.
7 Yarasugerezwa+, akemera agatezwa amarushwa+; yamara ntiyakurako umunwa. Yazanwa nk’intama igiye gukererwa+; kandi kurya kw’intama y’ingore yacitse ikiragi imbere y’abayikemura, na we nyene ntiyakurako umunwa+.
12 Mugabo, igihe ariko aragirizwa+ n’abakuru b’abaherezi be n’abagabo b’inararibonye, ntihagira ico yishura+.
32 Buno igisomwa c’Icanditswe yariko arasoma n’ijwi ryumvikana cari iki: “Nka kurya kw’intama, ni ko yazanywe mw’ibagiro, kandi nka kurya kw’umwagazi w’intama utavuga imbere y’umukemuzi wawo, ni ko adakurako umunwa+.