ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 19:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Yarabesheye+ rero umusuku wawe ku mukama wanje umwami. Mugabo umukama wanje umwami ameze nk’umumarayika+ w’Imana y’ukuri; nukore rero ico ubona ko ari ciza mu maso yawe.

  • Zaburi 123:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Umutima wacu uhimvye bimwe vy’umurengera agatwengo k’abatagira ico binona+,

      Agakengerwe k’abanyakagaye+.

  • Imigani 18:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Amajambo y’umubesheranyi ameze nk’ibintu vyo kumiragurana umunoho+, ibimanuka mu bihimba vy’ibwina mu nda+.

  • 2 Abakorinto 12:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Kuko ntinya yuko ninashika+ nzohava nsanga mutameze nk’uko nipfuza, nanje nkababera nk’uko mutipfuza, ahubwo riho hagahava haba ugushihana, ishari+, ugushavura, amahane, ukwambikana ibara, ukuvuga ubwongoshwe, ukwivyimvya, imivurungano+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika