2 Abakorinto 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ndabinginga koko, ngo igihe nzoba ndahari sinze nkoreshe ubutinyutsi hamwe na kwa gushira amazinda nizigiye gukoresha mu gufatira ingingo za ruhasha+ bamwebamwe batubona nk’aho tugenda twisunga ico turi mu mubiri. 2 Abakorinto 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ndamaze kubivuga, kandi nk’aho noba ndahari irigira kabiri yamara ubu nkaba ntahari, mbaye ndabwira abacumuye be n’abandi bose, yuko ninaramuka ngarutse ata n’umwe nzoziguriza+,
2 Ndabinginga koko, ngo igihe nzoba ndahari sinze nkoreshe ubutinyutsi hamwe na kwa gushira amazinda nizigiye gukoresha mu gufatira ingingo za ruhasha+ bamwebamwe batubona nk’aho tugenda twisunga ico turi mu mubiri.
2 Ndamaze kubivuga, kandi nk’aho noba ndahari irigira kabiri yamara ubu nkaba ntahari, mbaye ndabwira abacumuye be n’abandi bose, yuko ninaramuka ngarutse ata n’umwe nzoziguriza+,