1 Abakorinto 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mushaka iki? Nze iwanyu nzanye inkoni+, canke urukundo n’umutima w’ubwitonzi+? 2 Abakorinto 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ndamaze kubivuga, kandi nk’aho noba ndahari irigira kabiri yamara ubu nkaba ntahari, mbaye ndabwira abacumuye be n’abandi bose, yuko ninaramuka ngarutse ata n’umwe nzoziguriza+, 2 Abakorinto 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni co gituma nanditse ibi bintu ntahari, kugira ngo ninahaba, simpambare+ nisunze ububasha Umukama yampaye, bwo kwubaka+ atari gusambura.
2 Ndamaze kubivuga, kandi nk’aho noba ndahari irigira kabiri yamara ubu nkaba ntahari, mbaye ndabwira abacumuye be n’abandi bose, yuko ninaramuka ngarutse ata n’umwe nzoziguriza+,
10 Ni co gituma nanditse ibi bintu ntahari, kugira ngo ninahaba, simpambare+ nisunze ububasha Umukama yampaye, bwo kwubaka+ atari gusambura.