ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 73:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Ni co gituma ubwibone bwababereye urunigi+;

      Ubukazi bubatwikiriye nk’impuzu+.

  • Yeremiya 48:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 “Twarumvise ubwishime bwa Mowabu+: aribona cane; twarumvise ubukiruruke bwiwe n’ubwishime bwiwe n’ubwibone bwiwe n’ukwishira hejuru kw’umutima wiwe+.”

  • 1 Abakorinto 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 iyo turiko turambikwa ibara, turinginga+; twacitse nk’umwanda w’isi, umucafu w’ibintu vyose, gushika n’ubu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika