ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 40:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nubone uwibona wese, umucishe bugufi+,

      Uhonyangire hasi ababisha harya nyene bari.

  • Imigani 18:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+.

  • Yesaya 25:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi azobwirizwa gukubita amaboko yiwe hagati muri co* nk’igihe uwoga ayakubita mu kwoga, kandi azobwirizwa gushira hasi ubwibone+ bwaco akoresheje ibimenyetso vy’amayeri vy’amaboko yiwe.

  • Yakobo 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ariko ubuntu ata wari abukwiriye Imana itanga burahambaye kuruta+. Ni co gituma icanditswe kivuga giti: “Imana irwanya abibona+, mugabo iha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika