Zaburi 94:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Haguruka, ewe Mucamanza w’isi+!Subiriza mu nkoko abibona+. Imigani 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse. Yesaya 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Twarumvise ubwishime bwa Mowabu, yuko yishima cane+; ubwibone bwiwe n’ubwishime bwiwe n’uburake bwiwe+—amajambo yiwe agaragara si ko azomera+. Zefaniya 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ivyo ni vyo bazoronka mu kibanza c’ubwishime bwabo+, kuko batutse abantu ba Yehova nyen’ingabo, bakaguma babihambazako+.
13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse.
6 Twarumvise ubwishime bwa Mowabu, yuko yishima cane+; ubwibone bwiwe n’ubwishime bwiwe n’uburake bwiwe+—amajambo yiwe agaragara si ko azomera+.
10 Ivyo ni vyo bazoronka mu kibanza c’ubwishime bwabo+, kuko batutse abantu ba Yehova nyen’ingabo, bakaguma babihambazako+.