Yeremiya 48:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 ‘Nimumuboreze+, kuko yihambaje kuri Yehova ubwiwe+; Mowabu yivurunze mu bidahwe vyiwe+, na we nyene yacitse agashinyaguro. Yeremiya 48:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Twarumvise ubwishime bwa Mowabu+: aribona cane; twarumvise ubukiruruke bwiwe n’ubwishime bwiwe n’ubwibone bwiwe n’ukwishira hejuru kw’umutima wiwe+.” Zefaniya 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ivyo ni vyo bazoronka mu kibanza c’ubwishime bwabo+, kuko batutse abantu ba Yehova nyen’ingabo, bakaguma babihambazako+.
26 ‘Nimumuboreze+, kuko yihambaje kuri Yehova ubwiwe+; Mowabu yivurunze mu bidahwe vyiwe+, na we nyene yacitse agashinyaguro.
29 “Twarumvise ubwishime bwa Mowabu+: aribona cane; twarumvise ubukiruruke bwiwe n’ubwishime bwiwe n’ubwibone bwiwe n’ukwishira hejuru kw’umutima wiwe+.”
10 Ivyo ni vyo bazoronka mu kibanza c’ubwishime bwabo+, kuko batutse abantu ba Yehova nyen’ingabo, bakaguma babihambazako+.