Yeremiya 48:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 “‘Mowabu azozimanganywa koko ntasubire kuba igisata+, kuko yihambaje kuri Yehova+. Ezekiyeli 35:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi mwagumye munyihambazako n’iminwa yanyu+, vyongeye mwangwijeko amajambo yanyu+. Jewe narayumvise+.’
13 Kandi mwagumye munyihambazako n’iminwa yanyu+, vyongeye mwangwijeko amajambo yanyu+. Jewe narayumvise+.’