ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 83:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Bavuze ngo: “Ingo tubazimanganye bareke kuba ihanga+,

      Kugira ngo izina rya Isirayeli ntiryongere kwibukwa+.”

  • Yesaya 7:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kuko umutwe wa Siriya ari Damasiko, umutwe wa Damasiko na wo ukaba Rezini; kandi mu myaka mirongo itandatu n’itanu gusa Efurayimu izojanjagurwa ireke kuba igisata+.

  • Yeremiya 30:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Kuko ndi kumwe nawe,” ni ko Yehova avuze, “kugira ngukize+; mugabo nzotikiza amahanga yose nagusanzarijemwo+. Ariko weho sinzogutikiza+. Nzogukosora koko ku rugero rubereye, kuko ntazobura kuguhana+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika