ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Ntimuvuge menshi mubigiranye ubwibone bwinshi gutyo,

      Ntihagire ikintu akanwa kanyu kavugana ugushirukanya+,

      Kuko Yehova ari Imana y’ubumenyi+,

      Kandi ibikorwa arabigera ata karenganyo+.

  • 2 Ngoma 32:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 None rero, Hezekiya ntabahende+ canke ngo abahendahende+ gutyo, kandi ntimumwizigire, kuko ata mana y’ihanga na rimwe canke y’ubwami na bumwe yashoboye kurokora abantu bayo mu kuboko kwanje no mu kuboko kwa ba sogokuruza banje. Imana yanyu yoyo ntizogeza kubarokora mu kuboko kwanje+!’”

  • Daniyeli 11:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 “Kandi uwo mwami azokora uko yigombeye vy’ukuri, yishire hejuru, yininahaze hejuru y’icitwa imana cose+; kandi azovuga ibintu bitangaje avuga nabi ya Mana iruta izindi mana*+. Azororanirwa koko gushika ya misibo irangiye+; kuko icapfunditswe gitegerezwa gukorwa.

  • Ivyahishuwe 13:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Hanyuma giteranura akanwa kaco mu kurogota+ ku Mana, ngo kirogote kw’izina ryayo n’aho iba, mbere no ku baba mw’ijuru+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika