ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 10:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kuko Yehova Imana yanyu ari Imana iruta izindi mana*+ n’Umukama w’abakama+, Imana ihambaye, y’inkomezi kandi iteye ubwoba+, itagira nkunzi ku muntu n’umwe+ canke ngo yemere igiturire+,

  • Zaburi 82:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 82 Imana ihagaze mw’ikoraniro+ rya Nyenubumana+;

      Icira imanza hagati y’imana+ iti:

  • Zaburi 136:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Nimukengurukire ya Mana iruta izindi mana+:

      Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwayo ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika