2 Abami 19:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kuko ukunshavurira kwawe+ n’ukuroha kwawe vyaduze bigashika mu matwi yanje+. Ata gukeka nzoshira ingobe yanje mu zuru ryawe n’imijiginya hagati y’iminwa yawe+,Nzogusubiza inyuma koko ngucishije mu nzira wazananye+.” Yeremiya 29:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 kuko bakoze ivy’ubwenge buke muri Isirayeli+, bakaba baguma barenga ibigo n’abagore ba bagenzi babo+ kandi bakaguma bavuga babesha mw’izina ryanje ijambo ntabategetse+. “‘“Ni jewe ndabizi kandi ndi icabona+,” ni ko Yehova avuze.’”
28 Kuko ukunshavurira kwawe+ n’ukuroha kwawe vyaduze bigashika mu matwi yanje+. Ata gukeka nzoshira ingobe yanje mu zuru ryawe n’imijiginya hagati y’iminwa yawe+,Nzogusubiza inyuma koko ngucishije mu nzira wazananye+.”
23 kuko bakoze ivy’ubwenge buke muri Isirayeli+, bakaba baguma barenga ibigo n’abagore ba bagenzi babo+ kandi bakaguma bavuga babesha mw’izina ryanje ijambo ntabategetse+. “‘“Ni jewe ndabizi kandi ndi icabona+,” ni ko Yehova avuze.’”