Yeremiya 27:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “‘Kuko ntabatumye,’ ni ko Yehova avuze, ‘mugabo bavuga ubuhanuzi mw’izina ryanje mu binyoma, kugira mwebwe ndabashwiragize+, kandi muzoyogera ata kabuza+, mwe n’abahanuzi bababwira ubuhanuzi+.’”
15 “‘Kuko ntabatumye,’ ni ko Yehova avuze, ‘mugabo bavuga ubuhanuzi mw’izina ryanje mu binyoma, kugira mwebwe ndabashwiragize+, kandi muzoyogera ata kabuza+, mwe n’abahanuzi bababwira ubuhanuzi+.’”