21 Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze kuri Ahabu mwene Kolaya kandi abwiye Zedekiya mwene Mayaseya, abababwira ubuhanuzi bw’ikinyoma mw’izina ryanje+: ‘Ehe ngira ndabatange mu kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni, na we azobicira mu maso yanyu+.