Yeremiya 48:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kubera ko wizigira ibikorwa vyawe n’amatunga yawe, na wewe uzofatwa+. Kandi Kemoshi+ izoja koko mu bunyagano+, abaherezi bayo n’abaganwa bayo icarimwe+.
7 Kubera ko wizigira ibikorwa vyawe n’amatunga yawe, na wewe uzofatwa+. Kandi Kemoshi+ izoja koko mu bunyagano+, abaherezi bayo n’abaganwa bayo icarimwe+.