19 “‘Bazoshiburira ifeza zabo mu mabarabara, inzahabu zabo na zo zicike ikintu co kuzinukwa. Zaba ifeza zabo canke inzahabu zabo, ntibizoshobora kubarokora ku musi w’uburake bwa Yehova+. Ntibizohaza imitima yabo, kandi amara yabo ntibizoyuzuza, kuko vyabaye igitsitaza candurutsa ikosa ryabo+.