Amosi 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘“Kubera imigararizo itatu ya Mowabu+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma, kuko yaturiye amagufa y’umwami wa Edomu kugira ngo aronke ishwagara+.
2 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘“Kubera imigararizo itatu ya Mowabu+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma, kuko yaturiye amagufa y’umwami wa Edomu kugira ngo aronke ishwagara+.