Yeremiya 48:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Twarumvise ubwishime bwa Mowabu+: aribona cane; twarumvise ubukiruruke bwiwe n’ubwishime bwiwe n’ubwibone bwiwe n’ukwishira hejuru kw’umutima wiwe+.” Ezekiyeli 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ko Mowabu+ na Seyiri+ bavuze ngo: “Raba! Inzu ya Yuda ni nk’ayandi mahanga yose+,” Zefaniya 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Narumvise agacokoro ka Mowabu+ be n’amajambo y’ibitutsi ya bene Amoni+, ivyo batutse abantu banje, bakaguma bihambaza barwanya akarere kabo.
29 “Twarumvise ubwishime bwa Mowabu+: aribona cane; twarumvise ubukiruruke bwiwe n’ubwishime bwiwe n’ubwibone bwiwe n’ukwishira hejuru kw’umutima wiwe+.”
8 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ko Mowabu+ na Seyiri+ bavuze ngo: “Raba! Inzu ya Yuda ni nk’ayandi mahanga yose+,”
8 “Narumvise agacokoro ka Mowabu+ be n’amajambo y’ibitutsi ya bene Amoni+, ivyo batutse abantu banje, bakaguma bihambaza barwanya akarere kabo.