Gusubira mu vyagezwe 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi tegeka abantu uti: “Mugira muce hafi y’umupaka wa bene wanyu+, bene Esawu+, baba i Seyiri+. Bazogira ubwoba kubera mwebwe+, namwe mutegerezwa kuba maso cane.
4 Kandi tegeka abantu uti: “Mugira muce hafi y’umupaka wa bene wanyu+, bene Esawu+, baba i Seyiri+. Bazogira ubwoba kubera mwebwe+, namwe mutegerezwa kuba maso cane.