ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 15:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Mowabu+: Kubera ko hanyazwe mw’ijoro, Ari+ h’i Mowabu hanumijwe. Kubera ko hanyazwe mw’ijoro, Kiri+ h’i Mowabu hanumijwe.

  • Yeremiya 48:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Ku vya Mowabu+, ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze+: “Nebo iragowe+, kuko inyazwe! Kiriyatayimu+ iramaramaye, irafashwe. Ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi haramaramaye, hatewe ubwoba+.

  • Amosi 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘“Kubera imigararizo itatu ya Mowabu+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma, kuko yaturiye amagufa y’umwami wa Edomu kugira ngo aronke ishwagara+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika