Yesaya 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yaduze kuri Ya Nzu be n’i Diboni+, ku bibanza bikirurutse, kuririrayo. Mowabu iraboroga kubera Nebo+ no kubera Medeba+. Ku mitwe yaho yose hari ubuhanza+; ubwanwa bwose buramowe. Yesaya 16:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze biboneka ko Mowabu yarambiwe ku kibanza gikirurutse+; kandi yaje aheranda hiwe gusenga+, ntiyagira ico ashikako namba+.
2 Yaduze kuri Ya Nzu be n’i Diboni+, ku bibanza bikirurutse, kuririrayo. Mowabu iraboroga kubera Nebo+ no kubera Medeba+. Ku mitwe yaho yose hari ubuhanza+; ubwanwa bwose buramowe.
12 Maze biboneka ko Mowabu yarambiwe ku kibanza gikirurutse+; kandi yaje aheranda hiwe gusenga+, ntiyagira ico ashikako namba+.