ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 22:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Mu gitondo Balaki atora Balamu, amudugana i Bamoti-bayali+, kugira abone nya bantu bose ari ng’aho+.

  • Guharura 23:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Maze Balamu abwira Balaki ati: “Nyubakira aha hantu ibicaniro indwi+ wongere untegurire aha nyene amashūri indwi n’impfizi z’intama indwi.”

  • Yeremiya 48:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Kandi nzokura muri Mowabu,’ ni ko Yehova avuze, ‘uwudugana ishikanwa ku kibanza gikirurutse n’uwufumbishiriza umwotsi w’ibimazi imana yiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika