Guharura 23:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze Balaki amubwira ati: “Ndakwinginze uze tujane ahandi hantu ushobora kubabona+. Uza kubona gusa igice cabo co ku mpera; ntuza kubabona bose. Uheze ubamvumire uri ng’aho+.”
13 Maze Balaki amubwira ati: “Ndakwinginze uze tujane ahandi hantu ushobora kubabona+. Uza kubona gusa igice cabo co ku mpera; ntuza kubabona bose. Uheze ubamvumire uri ng’aho+.”