Yesaya 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mbega Kaluno+ si nka Karikemishi+? Mbega Hamati+ si nka Arupadi+? Mbega Samariya+ si nka Damasiko+? Yesaya 36:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 kugira ngo Hezekiya ntabahendahende+ ngo: ‘Yehova ubwiwe azoturokora.’ Mbega imwimwe yose mu mana z’amahanga, yoba yarigeze kurokora igihugu cayo mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+?
9 Mbega Kaluno+ si nka Karikemishi+? Mbega Hamati+ si nka Arupadi+? Mbega Samariya+ si nka Damasiko+?
18 kugira ngo Hezekiya ntabahendahende+ ngo: ‘Yehova ubwiwe azoturokora.’ Mbega imwimwe yose mu mana z’amahanga, yoba yarigeze kurokora igihugu cayo mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+?