2 Ngoma 35:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Inyuma y’ivyo vyose, Yosiya amaze gutegura inzu, Neko+ umwami wa Misiri+ aduga kurwana i Karikemishi+ iruhande ya Efurate. Maze Yosiya+ asohoka guhura na we+. Yeremiya 46:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ku vya Misiri+, ku bijanye n’inteko za gisirikare za Farawo Neko umwami wa Misiri+, izari iruhande y’uruzi Efurate i Karikemishi+, izo Nebukadirezari umwami wa Babiloni yatsinze mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda:
20 Inyuma y’ivyo vyose, Yosiya amaze gutegura inzu, Neko+ umwami wa Misiri+ aduga kurwana i Karikemishi+ iruhande ya Efurate. Maze Yosiya+ asohoka guhura na we+.
2 Ku vya Misiri+, ku bijanye n’inteko za gisirikare za Farawo Neko umwami wa Misiri+, izari iruhande y’uruzi Efurate i Karikemishi+, izo Nebukadirezari umwami wa Babiloni yatsinze mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda: